Back to Top

Heavenly Melodies Africa - Yitwa Ndiho Lyrics



Heavenly Melodies Africa - Yitwa Ndiho Lyrics




Igihe Imana yarema isi
Ntiyigeze ingisha inama
Mu butatu bwayo bwera
Yabikoze kuva kera
Yitwa Ndiho

Yateretse inyenyeri
Ku gisenge c'amajuru
Kubw'Ijambo ry'Umuremyi
Yategetse biraba
Yitwa Ndiho

Yihishuye ku bantu
Yambaye umubiri
Yamyeho, ariho kandi agira ze
Yitwa Yesu
Ivyaremwe vyose vyo mw'isi
N'ibiri mw'ijuru
Bipfukamye vyose vyatura
Ko uri Umwami
Yitwa Ndiho

Nimumfashe dushime uwo Mwami
Tumukomere amashi n'impundu
Nimumfashe dushime uwo Mwami
Tumutambire twese uwo Yesu

Yitwa Ndiho
[ Correct these Lyrics ]

[ Correct these Lyrics ]

We currently do not have these lyrics. If you would like to submit them, please use the form below.


We currently do not have these lyrics. If you would like to submit them, please use the form below.




Igihe Imana yarema isi
Ntiyigeze ingisha inama
Mu butatu bwayo bwera
Yabikoze kuva kera
Yitwa Ndiho

Yateretse inyenyeri
Ku gisenge c'amajuru
Kubw'Ijambo ry'Umuremyi
Yategetse biraba
Yitwa Ndiho

Yihishuye ku bantu
Yambaye umubiri
Yamyeho, ariho kandi agira ze
Yitwa Yesu
Ivyaremwe vyose vyo mw'isi
N'ibiri mw'ijuru
Bipfukamye vyose vyatura
Ko uri Umwami
Yitwa Ndiho

Nimumfashe dushime uwo Mwami
Tumukomere amashi n'impundu
Nimumfashe dushime uwo Mwami
Tumutambire twese uwo Yesu

Yitwa Ndiho
[ Correct these Lyrics ]
Writer: Fabrice Nzeyimana
Copyright: Lyrics © O/B/O DistroKid




Heavenly Melodies Africa - Yitwa Ndiho Video
(Show video at the top of the page)


Performed By: Heavenly Melodies Africa
Language: English
Length: 3:22
Written by: Fabrice Nzeyimana

Tags:
No tags yet