Back to Top

Sag Wise - Uko Biri Lyrics

Sag Wise - Uko Biri Lyrics

Nkubwire uko biri
Nkubwire uko bimeze
Nkubwire uko biri
Yeeaaahh

Kwimisi ingenda nsubizubwenge inyuma nibuka
Nkiri muto ntwenga ubuzima budatuma niruka
Kubwamagogwa naje nsanga ahanze hano kwiyisi
Kubwabahorwa ivyo batazi bahirwa bufyisi
Kure yabanje irungu namaganya binyica
Nkumugabo yiyemanga intwengo yanje ibihisha
Kuba inyenyeri yaka cane no gusumba izindi
Bisaba kwiheba ukaguruka ntube nkabandi
Ngura ikaramu nongera nurupuro
Ncapisanamu igaragaza neza ibiriho
Kuwavutse nabi ubuzima bukab' umuriro
Kuwavutse neza nawe ntamagogwa nubukiriro
Bwirizwa ryurukundo ko ryabaye indahiro
Umutima ugatekana utukana ugatemana
Itongo ryamugenzawe atanubwoba ugahitana
Impano nimwe vyose impera nimperuka uzishura

Umva mugenzi
Umva nkubwire uko biri
Umva nkubwiruko bimeze
Umva nkubwire uko biri
Umva mugenzi wanje
Nkubwire uko biri
Umva nkubarire uko bimeze
Umva nkubwire uko biri

Ninagenda ntihazogire abaziriza ngo kuvyukuri yarumugenzi twishimikiza
Twamuzigako urukiza keza kImana yaduhaye kuko vyinshi twabibanye none iramutwaye
Ninagenda ntakubwiye naho ko nkunda
Suko ntabishatse vyukuri yari gahunda
Wige guha agaciro ubuzima bwumuntu
Nikiremwa cubashwe Imana yagiriye ubuntu
Ba berahino nabo reka mbasezere
Urazokwamana umutima wurukundo ubatwengere
Umutima ushima
Umutima urinda
Umutima utwenga
Umutima utanga
Bwirizwa ryurukundo ryabaye indahiro

Tubaye kwisi aho bamwe bafise impuzu
Ibirato vyinshi vyuzuye amazu yabo ariko batavyambara
Hakaba nabandi batagira nikamambiri agapira canke
Ikoti yokwikinga umuyaga ibihuhusi n'imbeho mwijoro

Tubaye kwisi mungo nyinshi inrya zisezwa zigatabwa
Mwibarabara huzuye abana nabantu batiga ico bashira kumunwa
Tubaye kwisi aho bamwe amazi bayasesa bakayakinisha
Abandi banwa ibiziba kugira bimare akanyota
Aho abatowe abavutse neza biriwa bakarara munzoga
Bwaca ukumva ngubukene mugihugu buteye isoni
Tubaye kwisi ahumwigisha adafatanya impera zibiri zukwezi
Wamunyeshuri yigisha yavukanye ibimbuto umushahara wiwe akawuheza mwijoro rimwe
Kuko twese turi bamwe kuko twese tuzoheza kumwe kuko iherezo ryacu ari rimwe
Twari dukwiye gufatana amaboko
Bike dufise tukabisangira
Tukaba umwe tukarindana amara

Nkubwire uko biri
Nkubwire uko bimeze
Nkubwire uko biri
Yeeaaahh
[ Correct these Lyrics ]

[ Correct these Lyrics ]

We currently do not have these lyrics. If you would like to submit them, please use the form below.

Writer: Sag Wise
Copyright: Lyrics © O/B/O DistroKid

Back to: Sag Wise

Sag Wise - Uko Biri Video
(Show video at the top of the page)

Performed By: Sag Wise
Length: 4:00
Written by: Sag Wise

Tags:
No tags yet