Hahahaha
Aiie we
Boulest
Tangura rya cupa ugurura suka ntidu
Sangira ntambira vykur un mus turapampuka
Nasohots bando nsa n'umwakaka
Nakata ikorosi mbona abadada
Barambona batangura gupapa
Ngwah w mjam aj kutwataka
Hey ladies
Bashaka kunsahur inoti
Bomba rek kunyambur ikoti
Kauka birahera
Ndademara ikbo vum vum cerere
Nsaga mur party dj yatabuye
Ndekera iyo piste j ndabashushe
Ngah boulest araje tukanyukure
Ko umbaza aho nayakuye amahera ni rwanje
Ja kur bar baguhe boutton nafyonze
Kumbaza aho nayakuye amahera ni rwanje
Ja kur bar baguhe boutton nafyonze
Uw mutype yamur inoti (Ku giti)
Uy mutype Arangura (Ng ngwik)
Uy mutype Afyatur (Mubiki)
Ivy'arivyo vyos Arambura inoti (Aba boss)
Tangura rya cupa ugurura suka ntidu
Sangira ntambira vykur un mus turapampuka
Kuvy Mbona ahubw twes twaberewe
Ariko suko twes twahembwe
Abo hariya mbega mwaronse
Wew upima ereg wabishe
Vétérinaire barabire
Umusoso n'urukwavu dukarangire
Tumaz kuhag tukuririmbire
Naw baguter moy mbona urambiwe
Baby baby baby Baby bana
Ukunt ubugea numv nosara
Un mus vurugu ni rya nawe
Guma Muri "Ryoha"
J burya ndagufana
Uw mutype yamur inoti (Ku giti)
Uy mutype Arangura (Ng ngwik)
Uy mutype Afyatur (Mubiki)
Ivy'arivyo vyos Arambur inoti (Aba boss)
Tangura rya cupa ugurura suka ntidu
Sangira ntambira vykur un mus turapampuka